Ikinyamakuru mpuzamakungu cya ‘Firepower’ gisanzwe gitangaza ingufu za gisirikare kw’isi uko umwaka urangiye, giherutse gusohora urutonde rw’ibihugu 138 rwerekana ingufu za buri gihungu mugisirikare.
Iki cyegeranyo cyerekana intwaro ndetse, n’ abasirikare hamwe n’amafaranga ibi bihugu bikoresha mu bikorwa byabyo bya gisirikare.
urutonde rw’ ibi bihugu rugenda ruhinduka burimwaka ariko ibi bihugu byo byagarutse mubyambere.
1- Leta Zunze Ubumwe za Amerika

2- Uburusiya
/arc-anglerfish-arc2-prod-mco.s3.amazonaws.com/public/LMVY7RKU4FCD7L2SNGTERQDJFM.jpg)
3- Ubushinwa

4 Ubuhinde

Turukiya yo yasubiye inyuma iva mubihugu icumi byambere bikomeye mugisirikare, naho misiri yo yigira imbere cane ibasha kuza mubihugu icumi byambere.

Ibindi bihugu bikurikira ni :
5- Ubuyapani
6- Korea y’Ubumanuko
7- Ubufaransa
8- Ubwongereza
9- Misiri
10- Brezili

Ku mugabane wa Afrika, inyuma ya Misiri iza kumwanya wa cyenda kw’isi, ibihugu bikurikira ni Alijeriya iri kumwanya wa 28, Afrika y’Epfo iri kumwanya wa 29.
Ibindi bihugu biri muri 25 bikomeye gisirikare kw’isi ni
11-Turukiya
12- Ubutaliyano
13-Ubudagi
14-Irani
15- Pakistani
16- Indonesia
17- Arabia Sawudite
18-Isirayeli
19- Australia
20- Espanye
21- Polonye
22- Vietnam
23- Thailand
24- Canada
25. Korea y’Uburaruko
Ku mugabane wa Afrika, inyuma ya Misiri iza mu kibanza c’icenda kw’isi, ibihugu bikurikira ni Alijeriya iri mu kibanza ca 28, Afrika y’Epfo iri mu kibanza ca 29.